Hino nacional do Burundi

Hinos

fotos
Traduzir letra para:
  • tradução
Hino nacional do Burundi Hinos
Shinga icúmu mu mashinga,
Gaba intahe y'úbugabo ku bugingo.
Warápfunywe ntíwapfúye,
Waráhabishijwe ntíwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urîkukira.
Komerwamashyí n'ámakúngu,
Habwa impundu nâbâwe,
Isamírane mu mashinga, isamírane mu mashinga,
Burundi bwâcu, rági ry'ábasôkúru,
Ramutswa intahe n'íbihúgu,
Ufatanije ishyaka n'ubú hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakúganza uwakúganza.
Burundi bwâcu, nkóramútima kurí twese,
Tugutuye amabóko, umítima n'úbuzima,
Imâna yakúduhaye ikudútungire.
Horana umwami n'ábagabo n'ítekane.
Sagwa n'úrweze, sagwa n'ámahóro mezá.


Denunciar conteúdo inapropriado
ouvir música adicionar no player
Publicidade
00:00 / 00:00